Jour : 31 décembre 2019
Clôture à Itaba de la prière d’action de grâce organisée par la famille présidentielle
La prière d’action de grâce organisée par la famille présidentielle a été clôturée à Gihamagara en Commune Itaba de la province Gitega ce 31 décembre…
Ijambo Umukuru w’Igihugu ashikirije kuwa 31 Kigarama 2019 ( Discours à la Nation, le 31 Décembre 2019)
Barundi , Barundikazi , Bakunzib’Uburundi ; 1.Turasozereye umwaka w’2019,twinjiye mu mwaka mushasha w’2020.Imana Mushoboravyose yazigamye Uburundi n’Abarundi muri uyu mwaka turangije, ikatuja imbere mu migambi…

