Mois : mai 2021
Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu c’Uburundi mu guhimbaza umusi mukuru w’abakozi, kuwa 1 Rusama 2021
Barundi, Barundikazi, Bakozi, Bakoresha mwese, Munkundire tubanze dushimire Imana Mushoboravyose yo idahengeshanya kwama na ntaryo itugirira neza ndetse n’ubu ikaba yaturamukije amahoro, dukomeye, Nihabwe icubahiro,…

