Jour : 19 juin 2020
IJAMBO RISHIKIRIJWE NA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU C’UBURUNDI MU KURAHIRA ICESE IMBERE Y’IMANA N’ABARUNDI
GITEGA, KU WA 18/6/2020 Barundi, Barundikazi, Bakunzi b’Uburundi, Imbere ya vyose, tubanze dushimire Imana Mushoboravyose, yadushikanye kuri uno musi udasanzwe, umusi wiravye ingondo, aho kubw’ubushobozi…