Jour : 1 juillet 2020
Ijambo Rishikirijwe na Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu c’Uburundi mu Gihe Uburundi Bwibuka Imyaka 58 Iheze bwikukiye.
Barundi, Barundikazi, Bakunzi b’Uburundi; Imyaka mirongo itanu n’umunani irarumanye Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira. Imana Mushoboravyose nihabwe icubahiro kiyibereye. Tuyisabe idutere intege, iduhe ubwenge n’ubwitonzi, turi…