Mois : janvier 2021
Ijambo Rishikirijwe n’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye mu kwipfuriza Abarundi umwaka mushasha wa 2021
Barundi Benewacu, Bakunzi b’Uburundi; 1. Muri iki kiringo turiko turasozera umwaka w’2020 twinjira mu mwaka mushasha w’2021, tubanze dukengurukire cane Imana Mushoboravyose yo yatugiye imbere…